Itanguriro 29:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Nuko Leya asama inda, avyara umuhungu maze amwita Rubeni*+, kuko yavuga ati: «Yehova yabonye amagorwa yanje+. Ubu umugabo wanje agiye kunkunda.»
32 Nuko Leya asama inda, avyara umuhungu maze amwita Rubeni*+, kuko yavuga ati: «Yehova yabonye amagorwa yanje+. Ubu umugabo wanje agiye kunkunda.»