ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 16:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Hanyuma abwira Kora n’abamushigikiye bose ati: «Ejo mu gitondo Yehova azokwerekana uwumwegukira uwo ari we+. Azokwerekana uwuri mweranda n’uwukwiye kumwegera uwo wari we+. Uwo azotora+ ni we azomwegera.

  • Guharura 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Kora amaze kwegeranya abamushigikiye bose+ kugira bahangane na bo ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro, ubuninahazwa bwa Yehova buca bubonekera ishengero ryose+.

  • Gusubira mu vyagezwe 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 canke ivyo yakoreye Datani na Abiramu abahungu ba Eliyabu mwene Rubeni, igihe isi yasama ikabamirana n’imiryango yabo, amahema yabo, ibitungwa vyose n’abantu bose bari kumwe na bo, kandi ivyo bikaba Abisirayeli bose babona+.

  • Zaburi 106:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Isi yaciye yasama imira Datani,

      ipfuka n’abari bashigikiye Abiramu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika