Guharura 16:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Udupanu tw’abo bagabo bapfuye kubera bacumuye, mukwiye kudukoramwo utwuma dufyase two guhomeka ku gicaniro+. Ni tweranda kuko batuzanye imbere ya Yehova. Tuzobera imburi* Abisirayeli+.» 1 Abakorinto 10:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Eka kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakicwa n’umuranduzi+. 11 Ivyo bintu rero vyababayeko kugira bitubere akarorero, kandi vyanditswe ngo bituburire+ twebwe ababayeho mu bihe vy’iherezo.
38 Udupanu tw’abo bagabo bapfuye kubera bacumuye, mukwiye kudukoramwo utwuma dufyase two guhomeka ku gicaniro+. Ni tweranda kuko batuzanye imbere ya Yehova. Tuzobera imburi* Abisirayeli+.»
10 Eka kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe muri bo bidodomvye+, bakicwa n’umuranduzi+. 11 Ivyo bintu rero vyababayeko kugira bitubere akarorero, kandi vyanditswe ngo bituburire+ twebwe ababayeho mu bihe vy’iherezo.