Itanguriro 38:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mu nyuma mwenewabo, umwe bari baboheye akanyuzi gatukura ku kuboko na we aravuka, maze bamwita Zera+. 1 Ngoma 2:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Tamari+ umukazana wa Yuda yamuvyariye Peresi+ na Zera. Abahungu bose ba Yuda bari batanu.
30 Mu nyuma mwenewabo, umwe bari baboheye akanyuzi gatukura ku kuboko na we aravuka, maze bamwita Zera+.