Itanguriro 50:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nuko Yozefu abona abuzukuru ba Efurayimu+, abona n’abana ba Makiri+ umuhungu wa Manase. Yabafata nk’abana biwe bwite*. Gusubira mu vyagezwe 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Gileyadi na yo nayihaye Makiri+. 1 Ngoma 7:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Aba ni bo bahungu ba Manase+: umwe yitwa Asiriyeli, yavyawe n’incoreke yiwe y’Umusiriyakazi. (Iyo ncoreke yavyaye Makiri+ se wa Gileyadi.
23 Nuko Yozefu abona abuzukuru ba Efurayimu+, abona n’abana ba Makiri+ umuhungu wa Manase. Yabafata nk’abana biwe bwite*.
14 Aba ni bo bahungu ba Manase+: umwe yitwa Asiriyeli, yavyawe n’incoreke yiwe y’Umusiriyakazi. (Iyo ncoreke yavyaye Makiri+ se wa Gileyadi.