33 Musa araheza afata ubwami bwa Sihoni+ umwami w’Abamori n’ubwami bwa Ogi+ umwami wa Bashani, ni ukuvuga ako karere kose n’ibisagara be n’ibigwati biri muri ko, abiha abakomoka kuri Gadi, abakomoka kuri Rubeni+ n’igice c’umuryango wa Manase+ umuhungu wa Yozefu.