-
Yeremiya 12:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 «Kandi nibiga ingeso z’abantu banje, bakiga no kurahira izina ryanje ngo: “Turahiye Yehova Imana nzima!”, kurya nyene bigishije abantu banje kurahira Bayali, bazoronka rero ikibanza mu bantu banje.
-