ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Bwira rero Abisirayeli uti: “Ndi Yehova. Nzobakiza ibikorwa biruhisha Abanyamisiri babakoresha, kandi nzobakura mu buja bwabo+. Nzobarokora nkoresheje ukuboko kwanje kw’ububasha* n’ibihano bikomeye+.

  • Kuvayo 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Musa aca abwira abantu ati: «Muzokwame mwibuka uyu musi muviriyeko mu Misiri+, igihugu mwabayemwo muri abashumba*, kuko Yehova yabakujeyo ukuboko kwiwe gukomeye+. Ntimuze murye ikintu na kimwe kirimwo umwambiro.

  • Kuvayo 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Abahungu banyu nibababaza bati: “Ibi bisobanura iki?” Muze mubishure muti: “Yehova yadukuye mu gihugu ca Misiri akoresheje ukuboko gukomeye, igihugu twabayemwo turi abashumba*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika