Gusubira mu vyagezwe 13:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mutegerezwa kumwicisha amabuye+, kuko azoba yashatse kubakura kuri Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri, igihugu mwabayemwo muri abashumba. 11 Abisirayeli bose bazovyumva bagire ubwoba, kandi nta wuzosubira gukora ikibi nk’ico muri mwebwe+.
10 Mutegerezwa kumwicisha amabuye+, kuko azoba yashatse kubakura kuri Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri, igihugu mwabayemwo muri abashumba. 11 Abisirayeli bose bazovyumva bagire ubwoba, kandi nta wuzosubira gukora ikibi nk’ico muri mwebwe+.