Guharura 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hanyuma bava ng’aho bakambika mu karere ka Arunoni+ kari mu bugaragwa butangurira ku rubibe rw’Abamori. Arunoni ni rwo rubibe rutandukanya Abanyamowabu n’Abamori.
13 Hanyuma bava ng’aho bakambika mu karere ka Arunoni+ kari mu bugaragwa butangurira ku rubibe rw’Abamori. Arunoni ni rwo rubibe rutandukanya Abanyamowabu n’Abamori.