Kuvayo 14:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Musa araheza aramvurira ukuboko hejuru y’ikiyaga+. Yehova aca asubiza inyuma ikiyaga akoresheje umuyaga ukomeye wo mu buseruko. Umara ijoro ryose uriko urahuhuta ku buryo amazi yigaburamwo kubiri+, haca haboneka isi yumutse hagati mu kiyaga+. Kuvayo 15:13, 14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mu rukundo* rwawe, wayoboye abantu bawe wabohoje+.Mu nkomezi zawe, uzobajana ubashikane ahantu heranda wibera. 14 Amahanga azovyumva+ ajugumire.Ababa mu Bufilisitiya bazorengerwa n’amaganya.
21 Musa araheza aramvurira ukuboko hejuru y’ikiyaga+. Yehova aca asubiza inyuma ikiyaga akoresheje umuyaga ukomeye wo mu buseruko. Umara ijoro ryose uriko urahuhuta ku buryo amazi yigaburamwo kubiri+, haca haboneka isi yumutse hagati mu kiyaga+.
13 Mu rukundo* rwawe, wayoboye abantu bawe wabohoje+.Mu nkomezi zawe, uzobajana ubashikane ahantu heranda wibera. 14 Amahanga azovyumva+ ajugumire.Ababa mu Bufilisitiya bazorengerwa n’amaganya.