Kuvayo 23:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Nzobirukana bukebuke gushika mumaze kugwira, mukigarurira ico gihugu+. Kuvayo 33:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nzorungika umumarayika imbere yanyu+, kandi nzokwirukana Abanyakanani, Abamori, Abaheti, Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+. Gusubira mu vyagezwe 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yehova azokwirukana ayo mahanga yose ababise+, kandi muzokwomora amahanga akomeye kandi arimwo abantu benshi kubarusha+.
2 Nzorungika umumarayika imbere yanyu+, kandi nzokwirukana Abanyakanani, Abamori, Abaheti, Abaperizi, Abahiwi n’Abayebusi+.
23 Yehova azokwirukana ayo mahanga yose ababise+, kandi muzokwomora amahanga akomeye kandi arimwo abantu benshi kubarusha+.