1 Samweli 10:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Hanyuma asaba umuryango wa Benyamini ngo wegere hakurikijwe ingo ziwugize, maze hatorwa Abamatiri. Amaherezo Sawuli mwene Kishi aratorwa+. Mugabo baramurondera baramubura. 1 Samweli 10:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nuko biruka kumukurayo maze ahagarara hagati mu bantu. Bose yarabasumba ku buryo muremure yamugera ku bitugu+.
21 Hanyuma asaba umuryango wa Benyamini ngo wegere hakurikijwe ingo ziwugize, maze hatorwa Abamatiri. Amaherezo Sawuli mwene Kishi aratorwa+. Mugabo baramurondera baramubura.
23 Nuko biruka kumukurayo maze ahagarara hagati mu bantu. Bose yarabasumba ku buryo muremure yamugera ku bitugu+.