Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe na we azoseswa n’umuntu+, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo+. Kuvayo 21:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uwuzokubita umuntu akamwica, na we nyene ategerezwa kwicwa+. Guharura 35:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Ariko umuntu niyakubita uwundi icuma akamwica, azoba ari umwicanyi. Uwo mwicanyi ategerezwa kwicwa+. Guharura 35:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Uwishe umuntu abwirizwa kwicwa+ abanje kwagirizwa n’ivyabona+. Ariko ibivuzwe n’icabona kimwe gusa ntibishobora kwicisha umuntu.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe na we azoseswa n’umuntu+, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo+.
16 Ariko umuntu niyakubita uwundi icuma akamwica, azoba ari umwicanyi. Uwo mwicanyi ategerezwa kwicwa+.
30 Uwishe umuntu abwirizwa kwicwa+ abanje kwagirizwa n’ivyabona+. Ariko ibivuzwe n’icabona kimwe gusa ntibishobora kwicisha umuntu.