Gusubira mu vyagezwe 2:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Twaciye duca iruhande ya benewacu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri, tuguma kure y’inzira ija muri Araba, kure ya Elati na Eziyoni-Geberi+. Hanyuma twarakase dufata inzira ija mu bugaragwa bwa Mowabu+.
8 Twaciye duca iruhande ya benewacu bakomoka kuri Esawu+ baba i Seyiri, tuguma kure y’inzira ija muri Araba, kure ya Elati na Eziyoni-Geberi+. Hanyuma twarakase dufata inzira ija mu bugaragwa bwa Mowabu+.