ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Igihe Yezebeli+ yica abahanuzi ba Yehova, Obadiya yafashe abahanuzi 100 abanyegeza mu masenga mu migwi y’abantu 50, akaza arabaronsa umukate n’amazi.)

  • 1 Abami 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Yezebeli aca arungika intumwa kuri Eliya ati: «Ejo nk’aya mango nintakugira nk’uko wagize umwe wese* muri abo bahanuzi, imana zizobimpanire bimwe bikomeye!»

  • 1 Abami 21:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yicishijwe amabuye, abwira Ahabu ati: «Genda wigarurire wa murima w’imizabibu Naboti w’i Yezireli+ yanka ko umugurira. Naboti ntakiriho, yapfuye.»

  • 1 Abami 21:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Ni ukuri nta n’umwe yigeze amera nka Ahabu+. Ahabu yiyemeje gukora* ivyo jewe Yehova mbona ko ari bibi yohejwe n’umugore wiwe Yezebeli+.

  • Luka 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 None Imana ntizotunganiriza abo yatoye baguma bayitakambira ijoro n’umurango+, ikongera ikabihanganira+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika