ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 19:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ubupfindo bugira kane+ bugwa kuri Isakari+, ni ukuvuga abakomoka kuri Isakari, hisunzwe ingo zabo. 18 Urubibe rwabo rwaca i Yezireli+, i Kesuloti, i Shunemu+,

  • 1 Abami 21:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Inyuma y’ivyo, hari ikintu cabaye ku bijanye n’umurima w’imizabibu wa Naboti w’i Yezireli. Uwo murima wari i Yezireli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami w’i Samariya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika