Itanguriro 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Kandi amaraso yanyu, ari yo buzima bwanyu, nzoyishuza. Nzoyishuza igikoko cose kizoyasesa, kandi umuntu wese azosesa amaraso ya mugenziwe nzoyamwishuza+. Abalewi 24:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Uwishe mugenziwe*, na we nyene ategerezwa kwicwa+.
5 Kandi amaraso yanyu, ari yo buzima bwanyu, nzoyishuza. Nzoyishuza igikoko cose kizoyasesa, kandi umuntu wese azosesa amaraso ya mugenziwe nzoyamwishuza+.