ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 13:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Mu mwaka ugira 23 Yehowasi+ mwene Ahaziya+ umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Yehowahazi mwene Yehu+ yaba umwami wa Isirayeli i Samariya. Yaganje imyaka 17.

  • 2 Abami 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yehowasi+ mwene Yehowahazi yabaye umwami wa Isirayeli i Samariya mu mwaka ugira 37 umwami Yehowasi w’Ubuyuda aganza. Yamaze imyaka 16 aganza.

  • 2 Abami 14:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Yerobowamu+ mwene Yehowasi umwami wa Isirayeli yabaye umwami i Samariya mu mwaka ugira 15 Amaziya mwene Yehowasi umwami w’Ubuyuda aganza. Yamaze imyaka 41 aganza.

  • 2 Abami 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mu mwaka ugira 38 Azariya+ umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Zakariya+ mwene Yerobowamu yaba umwami wa Isirayeli i Samariya. Yamaze amezi atandatu aganza.

  • 2 Abami 15:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Ivyo Yehova yabwiye Yehu vyari birangutse. Yari yamubwiye ati: «Abagukomokako bazokurakuranwa ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli gushika ku ruvyaro rugira kane*+.» Ukwo nyene ni ko vyagenze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika