2 Abami 12:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehowasi+ yabaye umwami mu mwaka ugira indwi Yehu+ aganza, maze amara imyaka 40 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Zibiya, akaba yava i Beri-Sheba+. 2 Abami 12:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Mugabo ibibanza vyo gusengeramwo*+ ntivyakuweho. Abantu bari bakihashikanira ibimazi, bigafumba umwotsi.
12 Yehowasi+ yabaye umwami mu mwaka ugira indwi Yehu+ aganza, maze amara imyaka 40 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Zibiya, akaba yava i Beri-Sheba+.
3 Mugabo ibibanza vyo gusengeramwo*+ ntivyakuweho. Abantu bari bakihashikanira ibimazi, bigafumba umwotsi.