-
2 Ngoma 31:20, 21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Ivyo Hezekiya yabikoze mu Buyuda hose. Yabandanije gukora ivyo Yehova Imana yiwe abona ko ari vyiza kandi bigororotse, aguma ari umwizigirwa kuri we. 21 Yarakoze ibintu bitandukanye arondera Imana yiwe, haba mu bijanye n’igikorwa co ku nzu y’Imana y’ukuri+ canke mu bijanye no kwubahiriza amategeko be n’amabwirizwa. Vyose yabikoranye umutima wiwe wose, kandi yararoraniwe.
-