1 Abami 8:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nugumize amaso yawe kuri iyi nzu ijoro n’umurango. Ku vyerekeye iyi nzu, wavuze uti: “Izina ryanje ni ho rizoba+.” Nuyigumizeko amaso kugira ngo unyumvirize jewe umusavyi wawe ninagusenga ntumbereye aha hantu+. Zaburi 65:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Wewe wumva amasengesho, abantu b’ubwoko bwose bazoza iwawe+.
29 Nugumize amaso yawe kuri iyi nzu ijoro n’umurango. Ku vyerekeye iyi nzu, wavuze uti: “Izina ryanje ni ho rizoba+.” Nuyigumizeko amaso kugira ngo unyumvirize jewe umusavyi wawe ninagusenga ntumbereye aha hantu+.