ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 16:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Erega amaso ya Yehova anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe mu gufasha* abamwumirako n’umutima wabo wose*+. Ico kintu wakoze ni ic’ubupfu. Kuva ubu uzokwama uri mu ntambara+.»

  • Daniyeli 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ewe Mana yanje, tega ugutwi wumvirize! Itegereze urabe ingene igisagara citirirwa izina ryawe gisigaye ari umusaka. Ntituriko tugutakambira kubera turi abagororotsi, ahubwo ni kubera imbabazi zawe nyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika