1 Abami 11:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 Maze Salomo arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Dawidi se wiwe. Umuhungu wiwe Rehobowamu+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.
43 Maze Salomo arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Dawidi se wiwe. Umuhungu wiwe Rehobowamu+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.