2 Abami 22:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 31 aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Yedida akaba yari umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+.
22 Yosiya+ yari afise imyaka umunani igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka 31 aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Yedida akaba yari umukobwa wa Adaya w’i Bozikati+.