Ezira 5:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ico gihe ni ho Zerubabeli+ mwene Shalutiyeli na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki batangura gusubira kwubaka inzu y’Imana+ yari i Yeruzalemu, kandi abahanuzi b’Imana bari kumwe na bo babashigikiye+. Matayo 1:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Bamaze kujanwa kugirwa imbohe i Babiloni, Yekoniya yavyaye Shalutiyeli,Shalutiyeli na we avyara Zerubabeli+. Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yoda mwene Yohanani,Yohanani mwene Resa,Resa mwene Zerubabeli+,Zerubabeli mwene Shalutiyeli+,Shalutiyeli mwene Neri, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga Injira Rungika Rungika kuri Email
2 Ico gihe ni ho Zerubabeli+ mwene Shalutiyeli na Yeshuwa+ mwene Yehozadaki batangura gusubira kwubaka inzu y’Imana+ yari i Yeruzalemu, kandi abahanuzi b’Imana bari kumwe na bo babashigikiye+.
12 Bamaze kujanwa kugirwa imbohe i Babiloni, Yekoniya yavyaye Shalutiyeli,Shalutiyeli na we avyara Zerubabeli+. Luka 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yoda mwene Yohanani,Yohanani mwene Resa,Resa mwene Zerubabeli+,Zerubabeli mwene Shalutiyeli+,Shalutiyeli mwene Neri, Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025) Sohoka Injira Ikirundi Rungika Uko vyoza bimeze © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga Injira Rungika Rungika kuri Email
23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yarimwene Yozefu+,Yozefu mwene Heli, Luka 3:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yoda mwene Yohanani,Yohanani mwene Resa,Resa mwene Zerubabeli+,Zerubabeli mwene Shalutiyeli+,Shalutiyeli mwene Neri,
27 Yoda mwene Yohanani,Yohanani mwene Resa,Resa mwene Zerubabeli+,Zerubabeli mwene Shalutiyeli+,Shalutiyeli mwene Neri,