34 Ariko abaherezi bari bahari babaye bake cane ku buryo batashoboye gukura inshato ku mashikanwa yose aturirwa. Benewabo b’Abalewi baciye babafasha+ gushika igikorwa kirangiye no gushika abandi baherezi bahejeje kwiyeza+, kuko Abalewi bari bitwararitse ivyo kwiyeza gusumba abaherezi.