ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Bategerezwa kurya izo nyama muri iryo joro nyene+. Baze bazotse* hanyuma bazikoze imikate itarimwo umwambiro+ n’imboga zirura+.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye ngo hitirirwe izina ryiwe, ni ho muzoshikanira ico kimazi. Muzoshikana ikimazi ca Pasika ku mugoroba izuba rirenze+, kw’itariki ihuriranye n’igihe mwava mu Misiri. 7 Muzoteka ico kimazi kandi mukirire+ ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye+. Bukeye muzoshobora gusubira mu mahema yanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika