2 Abami 23:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Nuko abantu biwe bakura ikiziga ciwe i Megido, bagitwara i Yeruzalemu mu mukogote hanyuma bamuhamba mu mva yiwe. Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi mwene Yosiya bamurobanuza amavuta*, bamugira umwami mu kibanza ca se+. 2 Ngoma 34:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ni co gituma nzoreka ukipfira* bakaguhamba mu mva yawe amahoro, kandi amaso yawe ntazobona ivyago vyose nzoteza aha hantu n’abahaba+.”’”» Nuko bazanira umwami iyo nyishu.
30 Nuko abantu biwe bakura ikiziga ciwe i Megido, bagitwara i Yeruzalemu mu mukogote hanyuma bamuhamba mu mva yiwe. Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi mwene Yosiya bamurobanuza amavuta*, bamugira umwami mu kibanza ca se+.
28 Ni co gituma nzoreka ukipfira* bakaguhamba mu mva yawe amahoro, kandi amaso yawe ntazobona ivyago vyose nzoteza aha hantu n’abahaba+.”’”» Nuko bazanira umwami iyo nyishu.