2 Ng’ibi ivyo yavuze kuri Misiri+, ku bijanye n’ingabo za Farawo Neko+ umwami wa Misiri, yari iruhande y’uruzi Efurate agatsindirwa i Karikemishi na Nebukadinezari umwami wa Babiloni. Hari mu mwaka ugira kane w’intwaro ya Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami w’Ubuyuda. Yavuze ati: