-
2 Abami 6:15, 16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Umusuku wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyuka kare mu gitondo maze asohoka hanze. Agize atya abona ingabo zikikuje ico gisagara hamwe n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku aca amubwira ati: «Turagowe, databuja! Tugire iki?» 16 Amwishura ati: «Ntutinye+ kuko abari kumwe natwe ari benshi kuruta abari kumwe na bo+.»
-