-
Kuvayo 38:1, 2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
38 Hanyuma akora ca gicaniro c’amashikanwa aturirwa mu giti c’umunyinya. Cari ikwadarato ifise uburebure bw’intambwe* zitanu, ubwaguke bw’intambwe zitanu n’amahagarara y’intambwe zitatu+. 2 Aca akora amahembe yaco ku mfuruka zaco zine, kandi ayo mahembe yari afatanye na co. Araheza agihomekako umujumpu+.
-