1 Abami 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Imbaho z’amasederi zari zihometse imbere muri iyo nzu zari zisaruyeko amashusho asa n’imyungu+ be n’amashurwe asambuye+. Ku mpome hose hari amasederi gusa. Nta buye na rimwe ryaboneka.
18 Imbaho z’amasederi zari zihometse imbere muri iyo nzu zari zisaruyeko amashusho asa n’imyungu+ be n’amashurwe asambuye+. Ku mpome hose hari amasederi gusa. Nta buye na rimwe ryaboneka.