Abalewi 4:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Azosiga kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro c’imibavu imota neza+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro. Abalewi 4:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Azoshira kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro+.
7 Azosiga kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro c’imibavu imota neza+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa+ kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.
18 Azoshira kandi amaraso makeyi ku mahembe y’igicaniro+ kiri imbere ya Yehova mw’ihema ry’ibonaniro. Ayasigaye yose azoca ayasuka ku mushinge w’igicaniro c’amashikanwa aturirwa kiri ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro+.