Guharura 15:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Nimba ari ishikanwa riturirwa+ canke ikimazi c’umwagazi w’intama*, muzobitangana n’umuvinyu w’ishikanwa ry’ikinyobwa ungana n’ica kane c’ingero ya hini.
5 Nimba ari ishikanwa riturirwa+ canke ikimazi c’umwagazi w’intama*, muzobitangana n’umuvinyu w’ishikanwa ry’ikinyobwa ungana n’ica kane c’ingero ya hini.