ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 4:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Salomo yaganza ubwami bwose bwari mu karere kava kuri rwa ruzi runini*+, kagaca mu gihugu c’Abafilisitiya, kagashika ku rubibe rwa Misiri. Mu kiringo cose yamaze akiriho, abo muri ubwo bwami baramuzanira ikori* kandi bakamuyoboka+.

  • 2 Ngoma 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Umuhungu wiwe Yehoshafati+ atangura kuganza mu kibanza ciwe, araheza akomeza ubutegetsi bwiwe muri Isirayeli.

  • 2 Ngoma 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Yehova abandanya gukomeza ubwami+ bwa Yehoshafati. Abo mu Buyuda bose baguma bamuzanira ingabire. Nuko aratunga cane agira n’icubahiro cinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika