ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 8:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Kubera ko Imana yacu nziza yari kumwe natwe*, batuzaniye umugabo w’ubwenge* yitwa Sherebiya+ wo muri bene Mahili+ umwuzukuru wa Lewi umuhungu wa Isirayeli. Yazananye n’abahungu biwe na benewabo, bose hamwe bakaba bari abagabo 18. 19 Batuzaniye na Hashabiya ari kumwe na Yeshaya wo mu Bamerari+, benewabo hamwe n’abahungu babo, bose hamwe bakaba bari abagabo 20.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika