ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezira 1:7, 8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Vyongeye, umwami Kuro asubiza ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova. Nebukadinezari yari yarabikuye i Yeruzalemu abishira mu rusengero* rw’imana yiwe+. 8 Nuko Kuro umwami w’Ubuperesi arabisubiza. Yabijeje umunyabigega yitwa Mitiredati, Mitiredati na we abiharurira umukuru w’akarere k’Ubuyuda yitwa Sheshibazari*+.

  • Luka 3:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Igihe Yezu+ yatangura igikorwa ciwe, yari afise nk’imyaka 30+. Nk’uko abantu bavyiyumvira, yari

      mwene Yozefu+,

      Yozefu mwene Heli,

  • Luka 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 27 Yoda mwene Yohanani,

      Yohanani mwene Resa,

      Resa mwene Zerubabeli+,

      Zerubabeli mwene Shalutiyeli+,

      Shalutiyeli mwene Neri,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika