-
Nehemiya 7:6, 7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 «Aba ni bo bantu bo mu ntara* bavuye mu mbohe Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni yari yarajanye mu bunyagano+, maze mu nyuma bagasubira i Yeruzalemu no mu Buyuda, umwe wese agasubira mu gisagara c’iwabo+. 7 Baje bazananye na Zerubabeli+, Yeshuwa+, Nehemiya, Azariya, Rayamiya, Nahamani, Morudekayi, Bilishani, Misipereti, Bigivayi, Nehumu na Bayana.
Igitigiri c’abagabo b’Abisirayeli cari iki+:
-