Gusubira mu vyagezwe 4:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana y’imbabazi+. Ntazobata canke ngo abahonye, kandi ntazokwibagira isezerano yagiranye na ba sokuruza banyu+.
31 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana y’imbabazi+. Ntazobata canke ngo abahonye, kandi ntazokwibagira isezerano yagiranye na ba sokuruza banyu+.