Zaburi 18:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova ni urutare rwanje n’igihome canje gikomeye, kandi ni we ankiza+. Imana yanje ni yo gitandara canje+ mpungirako.Ni yo nkinzo yanje n’ihembe* rinkiza*, ubuhungiro bwanje butekanye*+.
2 Yehova ni urutare rwanje n’igihome canje gikomeye, kandi ni we ankiza+. Imana yanje ni yo gitandara canje+ mpungirako.Ni yo nkinzo yanje n’ihembe* rinkiza*, ubuhungiro bwanje butekanye*+.