ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 31:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Abashuri bazogwishwa n’inkota, atari iy’umuntu.

      Inkota atari iy’umuntu ni yo izobaherengeteza+.

      Bazohungishwa n’inkota,

      kandi abasore babo bazokoreshwa ibikorwa vy’agahato.

  • Yesaya 37:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika