2 Ngoma 20:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nuko abantu bo mu bwami bwose bwo mu bindi bihugu bagira ubwoba buvuye kuri Yehova Imana, aho bamariye kwumva ingene yarwanije abansi ba Isirayeli+. Zaburi 2:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umwe avyagiye ku ntebe y’ubwami mw’ijuru azobatwenga.Emwe, Yehova azobatwengera mw’ijigo. 5 Ico gihe azobavugisha yashavuye,abatere ubwoba yarunguye n’ishavu,
29 Nuko abantu bo mu bwami bwose bwo mu bindi bihugu bagira ubwoba buvuye kuri Yehova Imana, aho bamariye kwumva ingene yarwanije abansi ba Isirayeli+.
4 Umwe avyagiye ku ntebe y’ubwami mw’ijuru azobatwenga.Emwe, Yehova azobatwengera mw’ijigo. 5 Ico gihe azobavugisha yashavuye,abatere ubwoba yarunguye n’ishavu,