ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Naciye mfata iyo nyana+, ico kintu cari catumye mucumura maze ndagiturira. Narakimenaguye, ndagisya gushika aho kimera nk’umukungugu, maze ndawusuka mu ruzi rutemba ruva ku musozi+.

      22 Mwarasubiriye kandi gutera ishavu Yehova i Tabera+, i Masa+ n’i Kiburoti-Hatava+.

  • Zaburi 95:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 ntimukomantaze imitima nka kumwe kw’i Meriba*+,

      nka wa musi w’i Masa* mu bugaragwa+,

  • Abaheburayo 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 None ni bande bumvise yamara bakamutera ishavu ry’umururazi? Mbega si abavuye mu Misiri bose barongowe na Musa+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika