Kuvayo 16:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Musa yongerako ati: «Yehova niyabaha inyama murya ku mugoroba, mu gitondo na ho akabaha umukate mukarya mugahaga, muzoca mumenya ko Yehova yumvise ingene mumwidogera. Twebwe turi iki? Ntimuriko mwidogera twebwe, ahubwo muriko mwidogera Yehova+.»
8 Musa yongerako ati: «Yehova niyabaha inyama murya ku mugoroba, mu gitondo na ho akabaha umukate mukarya mugahaga, muzoca mumenya ko Yehova yumvise ingene mumwidogera. Twebwe turi iki? Ntimuriko mwidogera twebwe, ahubwo muriko mwidogera Yehova+.»