Hoseya 7:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Barahinduye inzira, ariko ntibafashe inzira nziza kuruta*.Ntibabaye abo kwizigirwa, babaye nk’umuheto wabohotse+. Abaganwa babo bazokwicwa n’inkota kubera amajambo yabo y’akagaye. Ni co gituma bazobatwengera mw’ijigo mu gihugu ca Misiri+.»
16 Barahinduye inzira, ariko ntibafashe inzira nziza kuruta*.Ntibabaye abo kwizigirwa, babaye nk’umuheto wabohotse+. Abaganwa babo bazokwicwa n’inkota kubera amajambo yabo y’akagaye. Ni co gituma bazobatwengera mw’ijigo mu gihugu ca Misiri+.»