Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Agakoni k’ubwami ntikazova kwa Yuda+, kandi n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo* aje+. Amahanga yose azomugamburukira+.
10 Agakoni k’ubwami ntikazova kwa Yuda+, kandi n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo* aje+. Amahanga yose azomugamburukira+.