ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 67:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Amahanga nanezerwe, avuze impundu+,

      kuko uzocira imanza imigwi y’abantu mu bugororotsi+.

      Uzoyobora amahanga yose yo kw’isi. (Sela)

  • Zaburi 96:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nimutangaze mu mahanga muti: «Yehova abaye Umwami+!

      Isi* yarashimangiwe, ntishobora kunyiganyizwa.

      Azocira abantu imanza zigororotse*+.»

  • Abaroma 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Kandi izokwishura umwe wese ibihuye n’ivyo akora+:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika