-
2 Ngoma 33:12, 13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Ageze mu marushwa, atakambira Yehova Imana yiwe, aguma yicisha bugufi cane imbere y’Imana ya ba sekuruza. 13 Aguma asenga Imana, na yo igira akagongwe kubera ugutabaza kwiwe. Yumva ugutakamba kwiwe, iraheza imusubiza i Yeruzalemu ku ntebe yiwe y’ubwami+. Maze Manase amenya ko Yehova ari we Mana y’ukuri+.
-