Mariko 12:10, 11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”»
10 Mbega ntimwigeze musoma iki canditswe kivuga ngo: “Ibuye abubatsi bataye ryahavuye riba ibuye nyamukuru rigumya imfuruka*+? 11 Ivyo vyavuye kuri Yehova*, kandi biratangaje mu maso yacu+.”»